Imigani 28:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kubera ukugabitanya kw’igihugu, abaganwa baco bakurakuranwa baba benshi+, mugabo biciye ku muntu ategera kandi afise ubumenyi bw’ibigororotse, umuganwa azogumaho igihe kirekire+. Matayo 12:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Amenya ivyiyumviro vyabo+, aca ababwira ati: “Ubwami bwose bucanyemwo bukirwanya burahona+, kandi igisagara cose canke inzu yose icanyemwo ikirwanya ntizorama.
2 Kubera ukugabitanya kw’igihugu, abaganwa baco bakurakuranwa baba benshi+, mugabo biciye ku muntu ategera kandi afise ubumenyi bw’ibigororotse, umuganwa azogumaho igihe kirekire+.
25 Amenya ivyiyumviro vyabo+, aca ababwira ati: “Ubwami bwose bucanyemwo bukirwanya burahona+, kandi igisagara cose canke inzu yose icanyemwo ikirwanya ntizorama.