Guharura 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko Yehova abwira Musa ati: “Mbega ukuboko kwa Yehova ni kugufi+? Ubu ugira ubone ko ivyo mvuga bigushikira canke bitagushikira+.” Abacamanza 15:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Imana ica isatura ikinogo cimburutse nk’isekuro cari i Lehi, maze amazi+ atangura kukivamwo, na we atangura kunywa, agarura agatege+, arahembuka+. Ni co gituma yacise Eni-hakore*, kikaba kikiri i Lehi gushika n’uyu musi. Zaburi 37:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ntibazomaramara mu gihe c’ivyago+,Kandi mu misi y’ikigoyi bazohaga+.
23 Ariko Yehova abwira Musa ati: “Mbega ukuboko kwa Yehova ni kugufi+? Ubu ugira ubone ko ivyo mvuga bigushikira canke bitagushikira+.”
19 Imana ica isatura ikinogo cimburutse nk’isekuro cari i Lehi, maze amazi+ atangura kukivamwo, na we atangura kunywa, agarura agatege+, arahembuka+. Ni co gituma yacise Eni-hakore*, kikaba kikiri i Lehi gushika n’uyu musi.