Obadiya 20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nayo abagizwe inyagano begukira iki gikuta+, ari bo bene Isirayeli, bazokwigabira ivyo Abanyakanani+ bari bafise gushika i Zarefati+. Kandi aba Yeruzalemu bagizwe inyagano bari i Sefaradi bazokwigarurira ibisagara vya Negebu+. Luka 4:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 yamara Eliya nta n’umwe yarungitsweko muri abo bagore; ahubwo yarungitswe gusa i Zarefati+ mu ntara y’i Sidoni, ku mupfakazi.
20 Nayo abagizwe inyagano begukira iki gikuta+, ari bo bene Isirayeli, bazokwigabira ivyo Abanyakanani+ bari bafise gushika i Zarefati+. Kandi aba Yeruzalemu bagizwe inyagano bari i Sefaradi bazokwigarurira ibisagara vya Negebu+.
26 yamara Eliya nta n’umwe yarungitsweko muri abo bagore; ahubwo yarungitswe gusa i Zarefati+ mu ntara y’i Sidoni, ku mupfakazi.