Imigani 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Tera iteka Yehova ukoresheje ibintu vyawe vy’agaciro+ be n’umushuzo w’umwimbu wawe wose+. Matayo 19:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Yezu amubwira ati: “Nimba ushaka gutungana, genda ugurishe ivyo utunze, uhe aboro, ni ho uzogira itunga mw’ijuru+, maze uze unkurikire+.” 1 Petero 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 kugira ngo agaciro kagejejwe k’ukwizera kwanyu+, kamwe karusha agaciro inzahabu ishira naho isuzumishwa umuriro ikarama+, kazosangwe ari imvo y’ugushimagizwa n’ubuninahazwa n’iteka kw’ihishurwa+ rya Yezu Kristu.
21 Yezu amubwira ati: “Nimba ushaka gutungana, genda ugurishe ivyo utunze, uhe aboro, ni ho uzogira itunga mw’ijuru+, maze uze unkurikire+.”
7 kugira ngo agaciro kagejejwe k’ukwizera kwanyu+, kamwe karusha agaciro inzahabu ishira naho isuzumishwa umuriro ikarama+, kazosangwe ari imvo y’ugushimagizwa n’ubuninahazwa n’iteka kw’ihishurwa+ rya Yezu Kristu.