Luka 12:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Nimugurishe+ ibintu vyanyu, mufashe aboro+. Mwigirire amasaho adashira, ubutunzi butigera buhera mw’ijuru+, aho igisuma kitegera canke ngo udukoko dukegete. Luka 18:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yezu amaze kwumva ivyo, amubwira ati: “Haracari ikintu kimwe uhajije: Gurisha ibintu vyose ufise, ugabanganirize aboro, ni ho uzogira itunga mw’ijuru; maze uze unkurikire+.” Abafilipi 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yamara ivyahora ari inyungu kuri jewe, nabibonye nk’uruhombo kubera Kristu+.
33 Nimugurishe+ ibintu vyanyu, mufashe aboro+. Mwigirire amasaho adashira, ubutunzi butigera buhera mw’ijuru+, aho igisuma kitegera canke ngo udukoko dukegete.
22 Yezu amaze kwumva ivyo, amubwira ati: “Haracari ikintu kimwe uhajije: Gurisha ibintu vyose ufise, ugabanganirize aboro, ni ho uzogira itunga mw’ijuru; maze uze unkurikire+.”