ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 19:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Yezu amubwira ati: “Nimba ushaka gutungana, genda ugurishe ivyo utunze, uhe aboro, ni ho uzogira itunga mw’ijuru+, maze uze unkurikire+.”

  • Luka 18:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Yezu amaze kwumva ivyo, amubwira ati: “Haracari ikintu kimwe uhajije: Gurisha ibintu vyose ufise, ugabanganirize aboro, ni ho uzogira itunga mw’ijuru; maze uze unkurikire+.”

  • Ivyakozwe 2:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 kandi baragurisha amatongo yabo+ n’ivyo batunze, bakagaburira bose ibivuyemwo, nk’uko umuntu wese yaba akeneye+.

  • Ivyakozwe 4:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Nkako, nta n’umwe muri bo yari mu mukeno+; kuko abari bafise amatongo canke amazu bose babigurisha bakazana ibiguzi vy’ibintu bagurishije

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika