ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 6:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ahubwo mwirundanirize amatunga mw’ijuru+, aho ata dukoko canke ingese bikegeta+, aho kandi ata bisuma bimena ngo vyibe.

  • Matayo 19:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Yezu amubwira ati: “Nimba ushaka gutungana, genda ugurishe ivyo utunze, uhe aboro, ni ho uzogira itunga mw’ijuru+, maze uze unkurikire+.”

  • Mariko 10:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Yezu aramwitegereza yumva aramukunze, aca amubwira ati: “Ubuze ikintu kimwe: Genda, ugurishe ivyo ufise vyose, uhe aboro, ni ho uzogira itunga mw’ijuru, maze uze unkurikire+.”

  • Luka 12:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Nimugurishe+ ibintu vyanyu, mufashe aboro+. Mwigirire amasaho adashira, ubutunzi butigera buhera mw’ijuru+, aho igisuma kitegera canke ngo udukoko dukegete.

  • 1 Timoteyo 6:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 bibikire nk’ubutunzi+ ahatagira inkomanzi umushinge+ mwiza ku bwa kazoza, kugira bacakire ubuzima nyakuri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika