Matayo 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ahubwo mwirundanirize amatunga mw’ijuru+, aho ata dukoko canke ingese bikegeta+, aho kandi ata bisuma bimena ngo vyibe. 1 Timoteyo 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 bibikire nk’ubutunzi+ ahatagira inkomanzi umushinge+ mwiza ku bwa kazoza, kugira bacakire ubuzima nyakuri+.
20 Ahubwo mwirundanirize amatunga mw’ijuru+, aho ata dukoko canke ingese bikegeta+, aho kandi ata bisuma bimena ngo vyibe.
19 bibikire nk’ubutunzi+ ahatagira inkomanzi umushinge+ mwiza ku bwa kazoza, kugira bacakire ubuzima nyakuri+.