Matayo 13:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 “Ubwami bwo mw’ijuru bumeze nk’itunga ryanyegejwe mw’itongo, iryo umuntu yubutseko akarinyegeza; maze kubera akanyamuneza agize, aragenda agurisha+ ivyo afise vyose hanyuma agura iryo tongo+.
44 “Ubwami bwo mw’ijuru bumeze nk’itunga ryanyegejwe mw’itongo, iryo umuntu yubutseko akarinyegeza; maze kubera akanyamuneza agize, aragenda agurisha+ ivyo afise vyose hanyuma agura iryo tongo+.