ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 8:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse.

  • Imigani 14:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Mu gutinya Yehova hariyo umwizero ukomeye+, kandi abana biwe bazoronka ubuhungiro+.

  • Malaki 3:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Maze abatinya Yehova+ baraganira, umwe wese na mugenziwe, Yehova na we aguma ateze ugutwi, yumviriza+. Nuko igitabu c’icibutso gitangura kwandikirwa imbere yiwe+ ku bw’abatinya Yehova no ku bw’abiyumvira izina ryiwe+.

  • Ivyakozwe 10:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 umuntu yubaha Imana+ kandi akayitinya+ ari kumwe n’urugo rwiwe rwose, kandi agafasha cane aboro+, akaba kandi yama atakambira Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika