Luka 7:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kuko akunda ihanga ryacu+, kandi ubwiwe ni we yatwubakiye isinagogi.” Ivyakozwe 8:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nta n’akagabane canke agahimba ufise muri ibi bintu, kuko umutima wawe utagororotse imbere y’Imana+.
21 Nta n’akagabane canke agahimba ufise muri ibi bintu, kuko umutima wawe utagororotse imbere y’Imana+.