Zaburi 78:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Umutima wabo ntiwari uhamye kuri yo+;Kandi ntibabaye abizigirwa mw’isezerano ryayo+. Abanyefeso 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko ibi mubizi mukaba kandi muvyemera icese, yuko ata musambanyi+ canke umuntu ahumanye canke umunyamunoho+—bisobanura uwusenga ibigirwamana—azogira ico atorana mu bwami bwa Kristu n’Imana+.
5 Kuko ibi mubizi mukaba kandi muvyemera icese, yuko ata musambanyi+ canke umuntu ahumanye canke umunyamunoho+—bisobanura uwusenga ibigirwamana—azogira ico atorana mu bwami bwa Kristu n’Imana+.