1 Abami 16:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nuko, nk’aho kuri we coba cari ikintu gisanzwe cane+ kugendera mu bicumuro vya Yerobowamu+ mwene Nebati, aca yabira+ Yezebeli+ umukobwa wa Etibayali umwami w’Abanyasidoni+, maze aja gukorera Bayali+ no kuyunamira.
31 Nuko, nk’aho kuri we coba cari ikintu gisanzwe cane+ kugendera mu bicumuro vya Yerobowamu+ mwene Nebati, aca yabira+ Yezebeli+ umukobwa wa Etibayali umwami w’Abanyasidoni+, maze aja gukorera Bayali+ no kuyunamira.