1 Samweli 25:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Abigayili abonye Dawidi, aca yihutira kwururuka indogobwa maze agwa yubamye imbere ya Dawidi, arunama+ ashika hasi.
23 Abigayili abonye Dawidi, aca yihutira kwururuka indogobwa maze agwa yubamye imbere ya Dawidi, arunama+ ashika hasi.