Gusubira mu vyagezwe 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+. 1 Abami 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nuko umwami ararahira+, avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, we yacunguye+ ubuzima bwanje+ akabukura mu marushwa yose+,
13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+.
29 Nuko umwami ararahira+, avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, we yacunguye+ ubuzima bwanje+ akabukura mu marushwa yose+,