ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 32:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Maze avuga ati: “Ntuciswe Yakobo, mugabo uzokwitwa Isirayeli+, kuko wanyinyanye+ n’Imana n’abantu amaherezo ugatahukana intsinzi.”

  • Itanguriro 33:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Hanyuma ahashinga igicaniro, maze acita ngo Imana ni Imana ya Isirayeli+.

  • Itanguriro 35:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Maze Imana imubwira iti: “Izina ryawe ni Yakobo+. Ntuzosubira kwitwa Yakobo, mugabo izina ryawe rizoba Isirayeli.” Nuko imwita Isirayeli+.

  • 2 Abami 17:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Gushika n’uyu musi bakora bisunze uburyo bwo gusenga bwabo bwa kera+. Nta n’umwe yatinya Yehova+ kandi nta n’umwe yakora yisunze ivyagezwe vyiwe n’ingingo z’ubutungane* ziwe+ n’itegeko+ ryiwe n’ibwirizwa+ Yehova yari yarategetse bene Yakobo+, uwo yahinduriye izina rikaba Isirayeli+;

  • Yesaya 48:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Nimwumve ibi, yemwe nzu ya Yakobo, mwebwe abiyitirira izina rya Isirayeli+ mukaba kandi mwavuye mu mazi ya Yuda+, mwebwe abarahira mw’izina rya Yehova+ mukavuga mbere Imana ya Isirayeli+, atari mu kuri kandi atari mu bugororotsi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika