Yosuwa 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yosuwa aca atantamura imitamana yiwe, agwa yubamye+ ashika hasi imbere y’isandugu ya Yehova gushika ku mugoroba, we hamwe n’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli; baguma basūrira umukungugu ku mitwe yabo+. Yakobo 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mwaturiranire+ ibicumuro rero ata guhishanya kandi musengeranire, kugira ngo mukire+. Ugutakamba kw’umugororotsi, igihe gukora, kugira inguvu nyinshi+.
6 Yosuwa aca atantamura imitamana yiwe, agwa yubamye+ ashika hasi imbere y’isandugu ya Yehova gushika ku mugoroba, we hamwe n’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli; baguma basūrira umukungugu ku mitwe yabo+.
16 Mwaturiranire+ ibicumuro rero ata guhishanya kandi musengeranire, kugira ngo mukire+. Ugutakamba kw’umugororotsi, igihe gukora, kugira inguvu nyinshi+.