1 Samweli 12:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Samweli aca ahamagara Yehova+, maze Yehova atangura kuzana imituragaro n’imvura kuri uwo musi+, ku buryo abantu bose batinya cane Yehova na Samweli. Yobu 38:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Ni nde yoshobora guharūra neza ibicu mu bukerebutsi,Canke imibindi y’amazi yo mw’ijuru, ni nde yoshobora kuyicuranguza+, Zaburi 68:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Watanguye kugwisha umucuncubuko w’imvura y’isegenya, ewe Mana+!Intoranwa yawe, n’igihe yari irambiwe, ubwawe warayisubijemwo ingoga+.
18 Samweli aca ahamagara Yehova+, maze Yehova atangura kuzana imituragaro n’imvura kuri uwo musi+, ku buryo abantu bose batinya cane Yehova na Samweli.
37 Ni nde yoshobora guharūra neza ibicu mu bukerebutsi,Canke imibindi y’amazi yo mw’ijuru, ni nde yoshobora kuyicuranguza+, Zaburi 68:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Watanguye kugwisha umucuncubuko w’imvura y’isegenya, ewe Mana+!Intoranwa yawe, n’igihe yari irambiwe, ubwawe warayisubijemwo ingoga+.
9 Watanguye kugwisha umucuncubuko w’imvura y’isegenya, ewe Mana+!Intoranwa yawe, n’igihe yari irambiwe, ubwawe warayisubijemwo ingoga+.