1 Abami 19:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ng’aho, amaherezo yinjira mw’isenga+, kugira ngo arareyo; maze ehe, ijambo rya Yehova riza kuri we, hanyuma rimubwira riti: “Ukora iki ng’aha ga Eliya+?”
9 Ng’aho, amaherezo yinjira mw’isenga+, kugira ngo arareyo; maze ehe, ijambo rya Yehova riza kuri we, hanyuma rimubwira riti: “Ukora iki ng’aha ga Eliya+?”