2 Abami 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Bakimara kujabuka, Eliya abwira Elisha ati: “Saba ico ndagukorera imbere y’uko njanwa, ngakurwa iruhande yawe+.” Elisha aca avuga ati: “Ndakwinginze, imigabane ibiri+ y’impwemu yawe+ ize kuri jewe+.” Luka 4:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Vyongeye, hari abanyamibembe benshi muri Isirayeli mu gihe ca Elisha umuhanuzi, yamara nta n’umwe muri bo yahumanuwe, atari Namani wa Musiriya+.”
9 Bakimara kujabuka, Eliya abwira Elisha ati: “Saba ico ndagukorera imbere y’uko njanwa, ngakurwa iruhande yawe+.” Elisha aca avuga ati: “Ndakwinginze, imigabane ibiri+ y’impwemu yawe+ ize kuri jewe+.”
27 Vyongeye, hari abanyamibembe benshi muri Isirayeli mu gihe ca Elisha umuhanuzi, yamara nta n’umwe muri bo yahumanuwe, atari Namani wa Musiriya+.”