2 Abami 6:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Inyuma y’aho, Beni-hadadi umwami wa Siriya atangura gukoraniriza hamwe ikambi yiwe yose maze araduga, yugariza+ Samariya. 2 Abami 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Elisha aza i Damasiko+; kandi Beni-hadadi+ umwami wa Siriya yari arwaye. Bamumenyesha rero bati: “Wa muntu w’Imana+ y’ukuri yashitse ino.”
24 Inyuma y’aho, Beni-hadadi umwami wa Siriya atangura gukoraniriza hamwe ikambi yiwe yose maze araduga, yugariza+ Samariya.
7 Nuko Elisha aza i Damasiko+; kandi Beni-hadadi+ umwami wa Siriya yari arwaye. Bamumenyesha rero bati: “Wa muntu w’Imana+ y’ukuri yashitse ino.”