2 Abami 6:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Mu nyuma, Beni-Hadadi umwami wa Siriya akoranya ingabo* ziwe zose aja kwugariza Samariya+.