Abalewi 26:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 nanje rero nzobwirizwa kugenda ndabarwanya narunguye+, kandi jewe, emwe, jewe nzobwirizwa kubahana incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu+. Gusubira mu vyagezwe 28:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Uzobwirizwa gukorera abansi bawe+, abo Yehova azorungika kugutera, ubakorere n’inzara+ n’inyota kandi uri gusa, ukenye vyose. Kandi azokuremeka ingǒgo y’icuma kw’izosi gushika akuzimanganije+.
28 nanje rero nzobwirizwa kugenda ndabarwanya narunguye+, kandi jewe, emwe, jewe nzobwirizwa kubahana incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu+.
48 Uzobwirizwa gukorera abansi bawe+, abo Yehova azorungika kugutera, ubakorere n’inzara+ n’inyota kandi uri gusa, ukenye vyose. Kandi azokuremeka ingǒgo y’icuma kw’izosi gushika akuzimanganije+.