1 Abami 20:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko umwe wese agira uwo yica; Abasiriya+ barahunga+, maze Isirayeli irabakurikira, mugabo Beni-hadadi umwami wa Siriya arashobora kunyaga amagara ari kw’ifarasi kumwe n’abagendera ku mafarasi.
20 Nuko umwe wese agira uwo yica; Abasiriya+ barahunga+, maze Isirayeli irabakurikira, mugabo Beni-hadadi umwami wa Siriya arashobora kunyaga amagara ari kw’ifarasi kumwe n’abagendera ku mafarasi.