ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 25:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Izahaki yari afise imyaka mirongo ine igihe yabira Rebeka umukobwa wa Betuweli+ Umusiriya+ w’i Padani-aramu, mushiki wa Labani Umusiriya, akamugira umugore.

  • Gusubira mu vyagezwe 26:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nawe uze wishure, uvugire imbere ya Yehova Imana yawe uti: ‘Dawe yari Umusiriya+ ari ku mpfiro; maze amanuka mu Misiri+, abayo ari kavamahanga ari kumwe n’abantu b’imparurwa+; mugabo hiyo yacitse ihanga rihambaye, rikomeye kandi ry’abantu benshi+.

  • 2 Samweli 8:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Bisubiye, Dawidi ashira ibirindiro+ muri Siriya y’i Damasiko; maze Abasiriya baba abasuku ba Dawidi bo kumuzanira ikibuguro+. Yehova yaguma akiza Dawidi aho yaja hose+.

  • 2 Abami 5:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Abasiriya na bo, bari barasohotse ari utugwi tw’abambuzi+, bagira imbohe agakobwa k’Akisirayelikazi+ bagakuye mu gihugu ca Isirayeli, karahava gakorera umugore wa Namani.

  • Yesaya 9:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Siriya ituruke mu buseruko+, Abafilisitiya na bo baturuke inyuma+, barotse Isirayeli bataburuye akanwa+. Kubera ivyo vyose, ishavu ryiwe ntiryasubiye inyuma, mugabo ukuboko kwiwe kuracabanguye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika