ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Iyo ntatinya umwikomo noterwa n’umwansi+,

      Ngo abarwanizi babo bahave babitahura ukutari kwo+,

      Ngo bavuge ngo: “Ukuboko kwacu ni kwo kwatsinze+,

      Kandi si Yehova yakoze ivyo vyose+.”

  • Zaburi 58:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Umugororotsi azonezerwa kuko abonye uguhōra+.

      Intambuko ziwe azozuhagira mu maraso y’umubisha+.

  • Ezekiyeli 20:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Maze ngira ico nkoze ku bw’izina ryanje kugira ngo ntirihumanywe mu maso y’amahanga barimwo+, kuko nari nimenyekanishije kuri bo mu maso yayo mu kubakura mu gihugu ca Misiri+.

  • Ezekiyeli 36:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 “Bwira rero inzu ya Isirayeli uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Singira ndabikore ku bwanyu, ewe nzu ya Isirayeli, mugabo ni ku bw’izina ryanje ryeranda mwahumanije mu mahanga mwajemwo+.”’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika