Kuvayo 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi ata gukeka nzobazana kuri jewe mube abantu banje+, nanje nzobabera Imana koko+; kandi muzomenya vy’ukuri yuko jewe ndi Yehova Imana yanyu ariko arabakura munsi y’imizigo ya Misiri+. Kuvayo 7:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi Abanyamisiri bazomenya ata kabuza yuko jewe ndi Yehova ninaramvura ukuboko ngakubita Misiri+, kandi nzokura koko bene Isirayeli hagati muri bo+.” Kuvayo 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuri ivyo avuga ati: “Ejo.” Na we ati: “Bizoba nk’uko ijambo ryawe rivuze, kugira umenye ko ata wundi ariho ameze nka Yehova Imana yacu+, Ezekiyeli 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi nzobaramvurirako ukuboko kwanje+, igihugu ndakigire igiharabuga, emwe, ndakigire umusaka kurusha agahinga k’amaja i Dibula, mu bibanza vyose babamwo. Kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova.’” Ezekiyeli 39:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Izina ryanje ryeranda nzorimenyekanisha hagati y’igisata canje Isirayeli, kandi sinzokwongera kureka ngo izina ryanje ryeranda rihumanywe+; kandi amahanga azobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+, Umweranda muri Isirayeli+.’
7 Kandi ata gukeka nzobazana kuri jewe mube abantu banje+, nanje nzobabera Imana koko+; kandi muzomenya vy’ukuri yuko jewe ndi Yehova Imana yanyu ariko arabakura munsi y’imizigo ya Misiri+.
5 Kandi Abanyamisiri bazomenya ata kabuza yuko jewe ndi Yehova ninaramvura ukuboko ngakubita Misiri+, kandi nzokura koko bene Isirayeli hagati muri bo+.”
10 Kuri ivyo avuga ati: “Ejo.” Na we ati: “Bizoba nk’uko ijambo ryawe rivuze, kugira umenye ko ata wundi ariho ameze nka Yehova Imana yacu+,
14 Kandi nzobaramvurirako ukuboko kwanje+, igihugu ndakigire igiharabuga, emwe, ndakigire umusaka kurusha agahinga k’amaja i Dibula, mu bibanza vyose babamwo. Kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova.’”
7 Izina ryanje ryeranda nzorimenyekanisha hagati y’igisata canje Isirayeli, kandi sinzokwongera kureka ngo izina ryanje ryeranda rihumanywe+; kandi amahanga azobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+, Umweranda muri Isirayeli+.’