Ezekiyeli 38:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi ntuzobura kuduga gutera igisata canje Isirayeli, nk’ibicu bipfuka igihugu+. Bizoba mu kiringo ca nyuma c’imisi, kandi nzokuzana koko gutera igihugu canje+, kugira ngo amahanga amenye jewe, niniyereza muri wewe mu maso yabo, ewe Gogi+!”’
16 Kandi ntuzobura kuduga gutera igisata canje Isirayeli, nk’ibicu bipfuka igihugu+. Bizoba mu kiringo ca nyuma c’imisi, kandi nzokuzana koko gutera igihugu canje+, kugira ngo amahanga amenye jewe, niniyereza muri wewe mu maso yabo, ewe Gogi+!”’