Kuvayo 14:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nzoreka rero umutima wa Farawo ucike intabarirwa+, kandi azoboma inyuma koko, nanje nzokwihesha ubuninahazwa biciye kuri Farawo n’inteko ziwe zose za gisirikare+; kandi Abanyamisiri bazomenya vy’ukuri yuko jewe ndi Yehova+.” Nuko bagira ivyo nyene. 2 Abami 19:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 None rero, ewe Yehova Mana yacu+, turakwinginze udukize+ mu kuboko kwiwe, kugira ngo ubwami bwose bwo mw’isi bumenye yuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Mana wenyene+.” Zaburi 83:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kugira bamenye+ yuko wewe, uwitwa Yehova+,Ari wewe wenyene Musumbavyose+ kw’isi yose+. Zaburi 148:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi azoshira hejuru ihembe ry’abantu biwe+,Ishemezo ry’intahemuka ziwe zose+,Rya bene Isirayeli, abantu bari hafi yiwe+.Shemeze Ya+! Ezekiyeli 36:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 ‘Kandi sinzobura kweza izina ryanje rihambaye+ ryariko rihumanywa mu mahanga, iryo mwahumanije hagati muri yo; kandi amahanga azobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘ninezwa muri mwebwe mu maso yabo+. Ezekiyeli 39:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “‘Nzoshira ubuninahazwa bwanje mu mahanga; kandi amahanga yose azobwirizwa kubona urubanza rwanje nzoba nashikije+, be n’ukuboko kwanje nzoba nashize muri yo+. Matayo 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Nuko rero musenge mutya+: “‘Dawe wa twese uri mw’ijuru, izina ryawe+ niryezwe+.
4 Nzoreka rero umutima wa Farawo ucike intabarirwa+, kandi azoboma inyuma koko, nanje nzokwihesha ubuninahazwa biciye kuri Farawo n’inteko ziwe zose za gisirikare+; kandi Abanyamisiri bazomenya vy’ukuri yuko jewe ndi Yehova+.” Nuko bagira ivyo nyene.
19 None rero, ewe Yehova Mana yacu+, turakwinginze udukize+ mu kuboko kwiwe, kugira ngo ubwami bwose bwo mw’isi bumenye yuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Mana wenyene+.”
14 Kandi azoshira hejuru ihembe ry’abantu biwe+,Ishemezo ry’intahemuka ziwe zose+,Rya bene Isirayeli, abantu bari hafi yiwe+.Shemeze Ya+!
23 ‘Kandi sinzobura kweza izina ryanje rihambaye+ ryariko rihumanywa mu mahanga, iryo mwahumanije hagati muri yo; kandi amahanga azobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘ninezwa muri mwebwe mu maso yabo+.
21 “‘Nzoshira ubuninahazwa bwanje mu mahanga; kandi amahanga yose azobwirizwa kubona urubanza rwanje nzoba nashikije+, be n’ukuboko kwanje nzoba nashize muri yo+.