ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 46:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Teshwe mute, mumenye yuko jewe ndi Imana+.

      Nzoshirwa hejuru mu mahanga+,

      Nzoshirwa hejuru mw’isi+.”

  • Yesaya 5:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kandi Yehova nyen’ingabo azoja hejuru biciye ku rubanza+, kandi Imana y’ukuri, wa Mweranda+, ntizobura kwiyeza biciye ku bugororotsi+.

  • Ezekiyeli 20:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Nzohimbarwa namwe kubera akamoto karuhura+, ninabakura mu bisata vy’abantu nkabakoraniriza hamwe vy’ukuri ndabakuye mu bihugu mwasanzarijwemwo+, kandi nzokwiyereza muri mwebwe mu maso y’amahanga+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika