Yosuwa 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko ku musi ugira indwi bavyuka kare, umutwenzi ugitambika, maze bazunguruka igisagara muri ubwo buryo incuro indwi. Kuri uwo musi gusa ni ho bazungurutse igisagara incuro indwi+.
15 Nuko ku musi ugira indwi bavyuka kare, umutwenzi ugitambika, maze bazunguruka igisagara muri ubwo buryo incuro indwi. Kuri uwo musi gusa ni ho bazungurutse igisagara incuro indwi+.