ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 22:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Nayo umwami wa Siriya, yari yategetse ba bakuru mirongo itatu na babiri+ b’imikogote yiwe ati: “Ntimurwanye umuto canke uwukomeye, mugabo murwanye umwami wa Isirayeli wenyene+.”

  • 1 Abami 22:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Urugamba rurushiriza gukomera kuri uwo musi, biba ngombwa ko umwami aguma ahagaritswe mu mukogote arabana n’Abasiriya, amaherezo ku mugoroba arapfa+; kandi amaraso y’igikomere aguma aseseka imbere mu mukogote w’intambara+.

  • 2 Ngoma 18:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Nuko umugabo umwe apfa gufora umuheto ata mugambi mubi abigiranye, mugabo arasa+ umwami wa Isirayeli aho ibindi bihimba vy’ibirwanisho vyahurira n’umwitero w’ivyuma, ku buryo abwira uwutwara umukogote+ ati: “Hindukiza ukuboko kwawe, unkure mw’ikambi, kuko nakomerekejwe bimwe bibi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika