Zaburi 50:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Igihe cose ubonye igisuma, warahimbarwa na co+;Kandi wasangira n’abarenga ibigo+. Habakuki 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “‘Aragowe uwubakisha igisagara ugusesa amaraso, agashimangirisha igisagara ukutagororoka+! Abaroma 1:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Naho abo bazi neza rwose ingingo igororotse yashinzwe n’Imana+, yuko abaza barakora mwene ivyo bakwiriye gupfa+, ntibaguma babikora gusa, ahubwo baranashigikira+ abaza barabikora. 2 Petero 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mu guta inzira igororotse, barazimijwe. Bakurikiye ya nzira ya Balamu+, mwene Beyori, uwakunze impembo y’ubukozi bw’ikibi+,
32 Naho abo bazi neza rwose ingingo igororotse yashinzwe n’Imana+, yuko abaza barakora mwene ivyo bakwiriye gupfa+, ntibaguma babikora gusa, ahubwo baranashigikira+ abaza barabikora.
15 Mu guta inzira igororotse, barazimijwe. Bakurikiye ya nzira ya Balamu+, mwene Beyori, uwakunze impembo y’ubukozi bw’ikibi+,