- 
	                        
            
            1 Abami 2:5Bibiliya y’isi nshasha
 - 
                            
- 
                                        
5 “Kandi nawe ubwawe urazi neza ivyo Yowabu mwene Zeruwiya yangiriye+, mu vyo yagiriye abakuru b’ingabo za Isirayeli babiri, Abuneri+ mwene Neri na Amasa+ mwene Yeteri+, igihe yabica, agashira amaraso+ y’intambara mu gihe c’amahoro, kandi agashira amaraso y’intambara ku mukaba wari mu mafyinga yiwe no ku nkweto* ziwe zari ku birenge vyiwe.
 
 -