Abacamanza 9:57 Bibiliya y’isi nshasha 57 Ikibi cose c’abagabo b’i Shekemu na co, Imana ikigarukana ku mitwe yabo, kugira ngo wa muvumo+ wa Yotamu+ mwene Yerubayali+ ubazeko+. Zaburi 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ivyago vyiwe bizomusubira ku mutwe+,Kandi ubukazi bwiwe buzomanuka ku rutwariro rwiwe+. Zaburi 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yehova amenyekanira ku rubanza yashikije+.Umubisha afashwe n’igikorwa c’amaboko yiwe+.Higayoni*. Sela.
57 Ikibi cose c’abagabo b’i Shekemu na co, Imana ikigarukana ku mitwe yabo, kugira ngo wa muvumo+ wa Yotamu+ mwene Yerubayali+ ubazeko+.
16 Yehova amenyekanira ku rubanza yashikije+.Umubisha afashwe n’igikorwa c’amaboko yiwe+.Higayoni*. Sela.