1 Samweli 8:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo ico kintu kiba kibi mu maso ya Samweli, kuko bari bavuze ngo: “Duhe umwami wo kuducira imanza,” nuko Samweli atangura gusenga Yehova+.
6 Mugabo ico kintu kiba kibi mu maso ya Samweli, kuko bari bavuze ngo: “Duhe umwami wo kuducira imanza,” nuko Samweli atangura gusenga Yehova+.