ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 25:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Uze ugume ufise ibuye ry’umunzane ritabesha kandi ry’ukuri. Uze ugume ufise ingero ya efa itabesha kandi y’ukuri, kugira imisi yawe ibe myinshi ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+.

  • Zaburi 21:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Yagusavye ubuzima. Warabumuhaye+,

      Umuha ubwinshi bw’imisi gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.

  • Zaburi 91:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nzomuhaza ubwinshi bw’imisi+,

      Ntume abona ubukiriro bwanje+.

  • Imigani 3:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ubwinshi bw’imisi buri mu kuryo kwabwo+; mu kubamfu kwabwo hari ubutunzi n’ubuninahazwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika