Itanguriro 31:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Inyuma y’ivyo Yakobo ashikana ikimazi muri nya musozi, maze atumira bene wabo kurya umukate+. Nuko barya umukate baraheza barara muri uwo musozi. Esiteri 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 mu mwaka ugira gatatu w’ingoma yiwe, atereka inzimano+ abaganwa biwe bose n’abasuku biwe, inteko za gisirikare z’Ubuperesi+ n’Ubumedi+, abanyacubahiro+ n’abaganwa b’intara z’ubutware, bakaba bari imbere yiwe+, Daniyeli 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nayo Belushazari+ umwami, ategurira inzimano ihambaye abantu igihumbi mu bakomakomeye biwe, anywera umuvinyu imbere y’abo bantu igihumbi+.
54 Inyuma y’ivyo Yakobo ashikana ikimazi muri nya musozi, maze atumira bene wabo kurya umukate+. Nuko barya umukate baraheza barara muri uwo musozi.
3 mu mwaka ugira gatatu w’ingoma yiwe, atereka inzimano+ abaganwa biwe bose n’abasuku biwe, inteko za gisirikare z’Ubuperesi+ n’Ubumedi+, abanyacubahiro+ n’abaganwa b’intara z’ubutware, bakaba bari imbere yiwe+,
5 Nayo Belushazari+ umwami, ategurira inzimano ihambaye abantu igihumbi mu bakomakomeye biwe, anywera umuvinyu imbere y’abo bantu igihumbi+.