Yesaya 21:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Imeza nitegurwe, ikibanza c’ivyicaro gitunganywe, abantu barye, banywe+! Haguruke mwa baganwa+, murobanuze inkinzo amavuta*+! Yeremiya 51:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 “Nibamara gushwangamuka nzotegura inzimano zabo kandi nzobaboreza kugira ngo bigine+; bazosinzira itiro ryamaho gushika igihe kitagira urugero, iryo batazokwikangura ngo barivemwo+,” ni ko Yehova avuze.
5 Imeza nitegurwe, ikibanza c’ivyicaro gitunganywe, abantu barye, banywe+! Haguruke mwa baganwa+, murobanuze inkinzo amavuta*+!
39 “Nibamara gushwangamuka nzotegura inzimano zabo kandi nzobaboreza kugira ngo bigine+; bazosinzira itiro ryamaho gushika igihe kitagira urugero, iryo batazokwikangura ngo barivemwo+,” ni ko Yehova avuze.