ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 22:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mugabo, ehe: umwigino n’umunezero, ukubaga inka n’ugukerera intama, ukurya inyama n’ukunywa umuvinyu+, hakavugwa ngo: ‘Turye, tunywe, kuko ejo tuzopfa+.’”

  • Daniyeli 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nayo Belushazari+ umwami, ategurira inzimano ihambaye abantu igihumbi mu bakomakomeye biwe, anywera umuvinyu imbere y’abo bantu igihumbi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika