ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 50:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 “Hari inkota yo kurwanya Abakaludaya+,” ni ko Yehova avuze, “n’ababa muri Babiloni+ n’abaganwa biwe+ n’inkerebutsi ziwe+.

  • Yeremiya 51:57
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 57 Kandi nzoboreza abaganwa biwe n’inkerebutsi ziwe, ba buramatari biwe n’ivyegera vy’abatware vyiwe, n’abagabo b’abanyenkomezi biwe+, maze basinzire itiro ryamaho igihe kitagira urugero, iryo batazokwikangura ngo barivemwo+,” ni ko Umwami avuze+, izina ryiwe rikaba ari Yehova nyen’ingabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika