Yesaya 66:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko, nka kurya kw’umuriro, Yehova azokwifatira mu minwe koko imburano, egome, akoresheje inkota yiwe+, arwanye ikiri n’umubiri cose; kandi abishwe na Yehova bazoba benshi+. Yeremiya 50:1 Bibiliya y’isi nshasha 50 Ijambo Yehova yavuze ku bijanye na Babiloni+, ku bijanye n’igihugu c’Abakaludaya+, biciye kuri Yeremiya umuhanuzi, ati:
16 Kuko, nka kurya kw’umuriro, Yehova azokwifatira mu minwe koko imburano, egome, akoresheje inkota yiwe+, arwanye ikiri n’umubiri cose; kandi abishwe na Yehova bazoba benshi+.
50 Ijambo Yehova yavuze ku bijanye na Babiloni+, ku bijanye n’igihugu c’Abakaludaya+, biciye kuri Yeremiya umuhanuzi, ati: