Yesaya 34:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Kuko mu majuru inkota+ yanje izojobekwa koko. Raba! Izomanuka kuri Edomu+, no ku bantu nahebeye gutikizwa+ mu butungane. Yeremiya 25:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Abishwe na Yehova kuri uwo musi bazohera koko ku mpera imwe y’isi bashike ku yindi+. Ntibazoborogerwa, eka kandi ntibazokwegeranywa canke ngo bahambwe+. Bazoba nk’intabire ku buringanire bw’ubutaka+.’ Ezekiyeli 38:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “‘Nzomuhamagarirako inkota mu karere kanje kose k’imisozi,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+. ‘Inkota y’umuntu wese izobangurirwa mwene wabo+. Yoweli 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Amasinzi, amasinzi ari mu kiyaya co hasi co gushitsa ingingo+, kuko umusi wa Yehova uri hafi, mu kiyaya co hasi co gushitsa ingingo+. Ivyahishuwe 19:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 kugira ngo murye inyama+ z’abami n’inyama z’abakomanda ba gisirikare n’inyama z’abantu b’inkomezi+ n’inyama z’amafarasi+ n’iz’abayicayeko, n’inyama za bose, iz’abidegemvya n’iz’abashumba n’iz’abato n’abahambaye.”
5 “Kuko mu majuru inkota+ yanje izojobekwa koko. Raba! Izomanuka kuri Edomu+, no ku bantu nahebeye gutikizwa+ mu butungane.
33 Abishwe na Yehova kuri uwo musi bazohera koko ku mpera imwe y’isi bashike ku yindi+. Ntibazoborogerwa, eka kandi ntibazokwegeranywa canke ngo bahambwe+. Bazoba nk’intabire ku buringanire bw’ubutaka+.’
21 “‘Nzomuhamagarirako inkota mu karere kanje kose k’imisozi,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+. ‘Inkota y’umuntu wese izobangurirwa mwene wabo+.
14 Amasinzi, amasinzi ari mu kiyaya co hasi co gushitsa ingingo+, kuko umusi wa Yehova uri hafi, mu kiyaya co hasi co gushitsa ingingo+.
18 kugira ngo murye inyama+ z’abami n’inyama z’abakomanda ba gisirikare n’inyama z’abantu b’inkomezi+ n’inyama z’amafarasi+ n’iz’abayicayeko, n’inyama za bose, iz’abidegemvya n’iz’abashumba n’iz’abato n’abahambaye.”