Yesaya 34:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko Yehova afitiye uburakari amahanga yose+, akagirira n’ubushangashirwe ingabo zayo zose+. Azotegerezwa kubatikiza; azotegerezwa kubatanga bakeragurwe+. Yoweli 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Nimuvuze inzamba i Siyoni+, mukome akaruru k’intambara+ ku musozi wanje mweranda+. Ababa mu gihugu bose nibahagarike umutima+; kuko umusi wa Yehova uriko uraza+, kuko uri hafi! Zefaniya 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Umusi uhambaye+ wa Yehova uri hafi. Uri hafi+, kandi urihuta cane+. Umuhindo w’umusi wa Yehova urarura+. Umunyenkomezi araboroga+.
2 Kuko Yehova afitiye uburakari amahanga yose+, akagirira n’ubushangashirwe ingabo zayo zose+. Azotegerezwa kubatikiza; azotegerezwa kubatanga bakeragurwe+.
2 “Nimuvuze inzamba i Siyoni+, mukome akaruru k’intambara+ ku musozi wanje mweranda+. Ababa mu gihugu bose nibahagarike umutima+; kuko umusi wa Yehova uriko uraza+, kuko uri hafi!
14 “Umusi uhambaye+ wa Yehova uri hafi. Uri hafi+, kandi urihuta cane+. Umuhindo w’umusi wa Yehova urarura+. Umunyenkomezi araboroga+.