Zaburi 137:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ewe Yehova, ibuka+ ku biraba abana ba Edomu+ wa musi wa Yeruzalemu+,Bamwe bavuga ngo: “Hakobe! Hakobe gushika no ku mushinge waho+!” Yeremiya 49:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ku vya Edomu, ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Mbega nta bukerebutsi+ bukiri i Temani+? Mbega impanuro yayogeye ku bafise ugutegera? Mbega ubukerebutsi bwabo bwaboze+? Yeremiya 49:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Raba! Umuntu azoduga nk’inkona maze ashunguruke kunyakura ikintu+, kandi azosanza amababa yiwe hejuru ya Bozira+; kuri uwo musi umutima w’abagabo b’abanyenkomezi ba Edomu uzoba koko nk’umutima w’umugore afashwe n’ububabare mu gihe c’ukwibaruka+.”
7 Ewe Yehova, ibuka+ ku biraba abana ba Edomu+ wa musi wa Yeruzalemu+,Bamwe bavuga ngo: “Hakobe! Hakobe gushika no ku mushinge waho+!”
7 Ku vya Edomu, ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Mbega nta bukerebutsi+ bukiri i Temani+? Mbega impanuro yayogeye ku bafise ugutegera? Mbega ubukerebutsi bwabo bwaboze+?
22 Raba! Umuntu azoduga nk’inkona maze ashunguruke kunyakura ikintu+, kandi azosanza amababa yiwe hejuru ya Bozira+; kuri uwo musi umutima w’abagabo b’abanyenkomezi ba Edomu uzoba koko nk’umutima w’umugore afashwe n’ububabare mu gihe c’ukwibaruka+.”