Yeremiya 48:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 “Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: ‘Ehe! Nka kurya nyene inkona ishunguruka kunyakura ikintu+, ni ko umuntu azosanza amababa yiwe kuri Mowabu+. Yeremiya 49:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Kuko nirahiye jewe ubwanje+,” ni ko Yehova avuze, “yuko Bozira+ ata kindi izocika atari akajoreza+, iceyi, agatikizo, n’umuvumo; kandi ibisagara vyayo vyose bizocika ibibanza vyatikijwe gushika igihe kitagira urugero+.”
40 “Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: ‘Ehe! Nka kurya nyene inkona ishunguruka kunyakura ikintu+, ni ko umuntu azosanza amababa yiwe kuri Mowabu+.
13 “Kuko nirahiye jewe ubwanje+,” ni ko Yehova avuze, “yuko Bozira+ ata kindi izocika atari akajoreza+, iceyi, agatikizo, n’umuvumo; kandi ibisagara vyayo vyose bizocika ibibanza vyatikijwe gushika igihe kitagira urugero+.”