Yeremiya 49:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Kandi Edomu izocika akajoreza ata kabuza+. Umuntu wese azoca iruhande yayo azoyitamarira ajongorotse, avuze agahwa kubera ivyago vyayo vyose+.
17 “Kandi Edomu izocika akajoreza ata kabuza+. Umuntu wese azoca iruhande yayo azoyitamarira ajongorotse, avuze agahwa kubera ivyago vyayo vyose+.