Itanguriro 22:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 avuga ati: “‘Emwe, ndirahiye jewe ubwanje,’ ni ko Yehova avuze+, ‘yuko, ko wakoze ico kintu ntiwimane umuhungu wawe, umwana wawe rudende+, Yesaya 45:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Narirahiye jewe ubwanje+—ijambo ryarasohotse mu kanwa kanje mu bugororotsi+, ku buryo ritazosubira inyuma+—yuko ivi ryose rizompfukamira+, yuko ururimi rwose ruzorahira+, Amosi 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “‘Umukama Segaba Ye hova arirahiye+,’ ni ko Yehova Imana nyen’ingabo avuze, ati: ‘“Nanka urunuka ubwishime bwa Yakobo+, n’iminara yiwe yo kubamwo ndayanse+, kandi igisagara be n’ibicuzuye nzobigabura ku bansi+.
16 avuga ati: “‘Emwe, ndirahiye jewe ubwanje,’ ni ko Yehova avuze+, ‘yuko, ko wakoze ico kintu ntiwimane umuhungu wawe, umwana wawe rudende+,
23 Narirahiye jewe ubwanje+—ijambo ryarasohotse mu kanwa kanje mu bugororotsi+, ku buryo ritazosubira inyuma+—yuko ivi ryose rizompfukamira+, yuko ururimi rwose ruzorahira+,
8 “‘Umukama Segaba Ye hova arirahiye+,’ ni ko Yehova Imana nyen’ingabo avuze, ati: ‘“Nanka urunuka ubwishime bwa Yakobo+, n’iminara yiwe yo kubamwo ndayanse+, kandi igisagara be n’ibicuzuye nzobigabura ku bansi+.