Gusubira mu vyagezwe 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+. Yeremiya 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi niwarahira+ koko uti: ‘Ndahiye ukubaho kwa Yehova, mu kuri+, mu butungane no mu bugororotsi+!’, amahanga azoheza rero yiheshe koko umuhezagiro muri we, kandi ni we azokwirata+.” Yeremiya 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Kandi nibiga koko inzira z’abantu banje mu kurahira bakoresheje izina ryanje+, ngo: ‘Turahiye ukubaho kwa Yehova!’, nk’uko bigishije abantu banje kurahira Bayali+, bazokwubakwa rero hagati mu bantu banje+.
13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+.
2 Kandi niwarahira+ koko uti: ‘Ndahiye ukubaho kwa Yehova, mu kuri+, mu butungane no mu bugororotsi+!’, amahanga azoheza rero yiheshe koko umuhezagiro muri we, kandi ni we azokwirata+.”
16 “Kandi nibiga koko inzira z’abantu banje mu kurahira bakoresheje izina ryanje+, ngo: ‘Turahiye ukubaho kwa Yehova!’, nk’uko bigishije abantu banje kurahira Bayali+, bazokwubakwa rero hagati mu bantu banje+.