ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 83:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Barazimanganijwe i Eni-dori+;

      Bacitse intabire y’ubutaka+.

  • Yesaya 5:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Ni co gituma ishavu rya Yehova ryarurumbiye abantu biwe, kandi azobaramvurirako ukuboko abakubite+. Imisozi izohinda agashitsi+, imivyimba yabo na yo icike nk’imyavu hagati mu mabarabara+.

      Kubera ivyo vyose, ishavu ryiwe ntiryasubiye inyuma, mugabo ukuboko kwiwe kuracabanguye.

  • Yeremiya 8:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kandi bazoyasanza koko munsi y’izuba n’ukwezi n’ingabo zose zo mu majuru, ivyo bakunze, bakabikorera, bakabikurikira+, bakabirondera bakongera bakavyunamira+. Ntazokwegeranywa canke ngo ahambwe. Azoba nk’intabire ku butaka+.”

  • Yeremiya 9:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 “Vuga uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Imivyimba y’abantu izogwa koko nk’intabire mu murima, nk’imikama y’ibinyantete ihejeje gutemwa inyuma y’umushwabuzi, ata n’umwe avyegeranya+.”’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika